Yesaya 37:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi imana zayo zahawe umuriro+, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye, ku buryo baziranduye+. Zefaniya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova azoba uwuteye ubwoba kuri bo+; kuko azonambisha imana zose zo kw’isi+, kandi abantu bazomwunamira+, umwe wese aho ari, amazinga yose y’amahanga+.
19 Kandi imana zayo zahawe umuriro+, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye, ku buryo baziranduye+.
11 Yehova azoba uwuteye ubwoba kuri bo+; kuko azonambisha imana zose zo kw’isi+, kandi abantu bazomwunamira+, umwe wese aho ari, amazinga yose y’amahanga+.