Imigani 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+. Gucura intimba 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abantu bumvise ingene jewe umugore niha+. Nta wumpoza ariho+.Abansi banje bose barumvise ivyago vyanje+. Bariginye, kuko ari wewe wabigize+.Emwe, uzozana umusi watangaje+, kugira bamere nkanje+. Obadiya 12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ntiwari ukwiye kwirorerera ku musi wa mwene wanyu+, ku musi w’amagorwa yiwe; ntiwari ukwiye kunezerwa ku bijanye na bene Yuda ku musi bahona+; ntiwari ukwiye kuguma utaburuye umunwa ku musi w’amarushwa yabo.
5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+.
21 Abantu bumvise ingene jewe umugore niha+. Nta wumpoza ariho+.Abansi banje bose barumvise ivyago vyanje+. Bariginye, kuko ari wewe wabigize+.Emwe, uzozana umusi watangaje+, kugira bamere nkanje+.
12 “Ntiwari ukwiye kwirorerera ku musi wa mwene wanyu+, ku musi w’amagorwa yiwe; ntiwari ukwiye kunezerwa ku bijanye na bene Yuda ku musi bahona+; ntiwari ukwiye kuguma utaburuye umunwa ku musi w’amarushwa yabo.