Yeremiya 51:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nzorungikira Babiloni abagosozi bazomugosora koko bagatuma igihugu ciwe gisigara kigaragara+; kuko bazomurwanya vy’ukuri impande zose ku musi w’ivyago+. Yeremiya 51:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimudugirize ikimenyetso impome za Babiloni+. Mukomeze igikorwa c’ukurereka+. Mushireho inderetsi. Mutegure abo kubunda+. Kuko Yehova yateguye iciyumviro kandi akaba azokora koko ivyo yavuze ku baba i Babiloni+.”
2 nzorungikira Babiloni abagosozi bazomugosora koko bagatuma igihugu ciwe gisigara kigaragara+; kuko bazomurwanya vy’ukuri impande zose ku musi w’ivyago+.
12 Nimudugirize ikimenyetso impome za Babiloni+. Mukomeze igikorwa c’ukurereka+. Mushireho inderetsi. Mutegure abo kubunda+. Kuko Yehova yateguye iciyumviro kandi akaba azokora koko ivyo yavuze ku baba i Babiloni+.”