Ezekiyeli 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yasuzuguye indahiro+ mu kurenga isezerano, kandi raba: yari yatanze ukuboko+, none yakoze ivyo bintu vyose. Ntazogenda acitse kw’icumu+.”’
18 Yasuzuguye indahiro+ mu kurenga isezerano, kandi raba: yari yatanze ukuboko+, none yakoze ivyo bintu vyose. Ntazogenda acitse kw’icumu+.”’