Yesaya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Iyo Yehova nyen’ingabo* ubwiwe ataba yaradusigarije abarokotse bakeyi+, tuba twaracitse nka Sodomu, tuba twarabaye nka Gomora ubwayo+. Mika 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+.
9 Iyo Yehova nyen’ingabo* ubwiwe ataba yaradusigarije abarokotse bakeyi+, tuba twaracitse nka Sodomu, tuba twarabaye nka Gomora ubwayo+.
19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+.