2 Samweli 15:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Dawidi amenyeshwa ngo: “Ahitofeli ari mu bariko bagirana na Abusalomu+ umugambi mubi+.” Dawidi aca avuga ati+: “Ewe Yehova+, ndakwinginze impanuro ya Ahitofeli uyihindure ubupfu+!”
31 Nuko Dawidi amenyeshwa ngo: “Ahitofeli ari mu bariko bagirana na Abusalomu+ umugambi mubi+.” Dawidi aca avuga ati+: “Ewe Yehova+, ndakwinginze impanuro ya Ahitofeli uyihindure ubupfu+!”