Yeremiya 25:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+; Ezekiyeli 30:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Etiyopiya+ na Puti+ na Ludi be n’uruvange rw’abantu rwose+ na Kubi na ben’igihugu c’isezerano, bazogwa hamwe na bo bagwishijwe n’inkota+.”’
20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+;
5 Etiyopiya+ na Puti+ na Ludi be n’uruvange rw’abantu rwose+ na Kubi na ben’igihugu c’isezerano, bazogwa hamwe na bo bagwishijwe n’inkota+.”’