Yeremiya 47:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ba se nibumva ukudida ibinono kw’amafarasi yiwe y’ingabo+, ukujegera kw’imikogote yiwe y’intambara+, uruyogoyogo rw’amakurudumu yiwe+, ntibazokebuka ngo barabe abahungu babo, kuko amaboko yabo azoregera,
3 Ba se nibumva ukudida ibinono kw’amafarasi yiwe y’ingabo+, ukujegera kw’imikogote yiwe y’intambara+, uruyogoyogo rw’amakurudumu yiwe+, ntibazokebuka ngo barabe abahungu babo, kuko amaboko yabo azoregera,