Yeremiya 25:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+.
12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+.