ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko baduga, bo n’ibitungwa vyabo, kumwe n’amahema yabo. Baza ari benshi nk’inzige+, kandi bo n’ingamiya zabo ntibagira igitigiri+; baraza mu gihugu kugira bakiyogeze+.

  • Nahumu 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mbere no ng’aho umuriro uzohakurigatira. Inkota izokurandura+. Izokurigata nk’inzige+ zikiri nto. Niwigwize nk’inzige zikiri nto; wigwize nk’inzige.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika