Yesaya 47:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyago bitegerezwa kukuzako; ntuzomenya kubigota namba. Amarushwa azokugwako+; ntuzoshobora kuyatesha. Kandi kuri wewe hazoza bukwi na bukwi+ agatikizo utari umenyereye. Yeremiya 50:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Naraguteze umutego, nawe urafatwa, ewe Babiloni, kandi ntiwabimenye+. Warabonywe utako uranafatwa, kuko Yehova ari we warwanije+. Yeremiya 50:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Umwami wa Babiloni yumvise inkuru iberekeye+, amaboko yiwe aca araregera*+. Hari amarushwa! Yafashwe n’ububabare bukaze, nka kurya kw’umugore ariko aribaruka+.
11 Ivyago bitegerezwa kukuzako; ntuzomenya kubigota namba. Amarushwa azokugwako+; ntuzoshobora kuyatesha. Kandi kuri wewe hazoza bukwi na bukwi+ agatikizo utari umenyereye.
24 Naraguteze umutego, nawe urafatwa, ewe Babiloni, kandi ntiwabimenye+. Warabonywe utako uranafatwa, kuko Yehova ari we warwanije+.
43 “Umwami wa Babiloni yumvise inkuru iberekeye+, amaboko yiwe aca araregera*+. Hari amarushwa! Yafashwe n’ububabare bukaze, nka kurya kw’umugore ariko aribaruka+.