Zaburi 137:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+. Yeremiya 50:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Nimutumeko abarashi bo gutera Babiloni, abahonyora umuheto bose+. Nimukambike irya n’ino kugira mumutere. Ntihagire abacoroka+. Mumwishure ibihwanye n’igikorwa ciwe+. Mumugirire nk’uko ivyo yakoze vyose biri+. Kuko bitaye imbere mu kurwanya Yehova, mu kurwanya wa Mweranda wa Isirayeli+.
8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.
29 “Nimutumeko abarashi bo gutera Babiloni, abahonyora umuheto bose+. Nimukambike irya n’ino kugira mumutere. Ntihagire abacoroka+. Mumwishure ibihwanye n’igikorwa ciwe+. Mumugirire nk’uko ivyo yakoze vyose biri+. Kuko bitaye imbere mu kurwanya Yehova, mu kurwanya wa Mweranda wa Isirayeli+.