Yeremiya 25:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 n’abami bose bo mu buraruko ba hafi n’aba kure, umwumwe, n’ubundi bwami bwose bwo mw’isi buri ku buringanire bw’ubutaka; umwami wa Sheshaki+ na we azonywa inyuma yabo.
26 n’abami bose bo mu buraruko ba hafi n’aba kure, umwumwe, n’ubundi bwami bwose bwo mw’isi buri ku buringanire bw’ubutaka; umwami wa Sheshaki+ na we azonywa inyuma yabo.