Yesaya 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nta wuzokwigera ahaba+, eka ntizogira aho iba, uko iyaruka rikurikira irindi+. Umwarabu ntazohashinga ihema, kandi nta bungere bazohavyagiza imikuku.
20 Nta wuzokwigera ahaba+, eka ntizogira aho iba, uko iyaruka rikurikira irindi+. Umwarabu ntazohashinga ihema, kandi nta bungere bazohavyagiza imikuku.