ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko, bakimara kubashikana ku mubari w’igisagara, avuga ati: “Hunga unyage amagara+! Nturabe inyuma yawe+ kandi ntuhagarare muri iyi Ntara yose+! Hungira mu karere k’imisozi ntuhave uzimanganywa+!”

  • Yeremiya 51:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Nimuhunge muve hagati muri Babiloni+, umwe wese anyage amagara yiwe+. Ntimugirwe abadafise ubuzima kubera ikosa ryiwe+. Kuko ari igihe c’ukwihōra ca Yehova+. Ariko amusubiriza mu nkoko+.

  • Zakariya 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Yewe Siyoni+! Hunga, wewe ubana n’umukobwa wa Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika