Luka 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kandi abantu bazorabikwa n’ubwoba+ be n’ukwitega ibintu biza kw’isi+; kuko ibinyabubasha vyo mw’ijuru bizonyiganyizwa+.
26 kandi abantu bazorabikwa n’ubwoba+ be n’ukwitega ibintu biza kw’isi+; kuko ibinyabubasha vyo mw’ijuru bizonyiganyizwa+.