Zaburi 137:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+. Ivyahishuwe 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”
8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.
2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”