Yobu 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 N’umuntu nyene abwirizwa kurambarara ntavyuke+.Ntibazokwikangura gushika ijuru ritakiriho+,Eka ntibazovyurwa ngo bave mw’itiro ryabo+. Yeremiya 51:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.
12 N’umuntu nyene abwirizwa kurambarara ntavyuke+.Ntibazokwikangura gushika ijuru ritakiriho+,Eka ntibazovyurwa ngo bave mw’itiro ryabo+.
39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.