Habakuki 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Raba! Mbega Yehova nyen’ingabo* si we azotuma ibisata vy’abantu bicumukurira umuriro gusa, n’imiryango y’amahanga yiruhiriza ubusa gusa+?
13 Raba! Mbega Yehova nyen’ingabo* si we azotuma ibisata vy’abantu bicumukurira umuriro gusa, n’imiryango y’amahanga yiruhiriza ubusa gusa+?