2 Abami 23:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Yehowahazi+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itatu igihe yatangura kuganza, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.
31 Yehowahazi+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itatu igihe yatangura kuganza, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.