2 Abami 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mu misi ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aduga gutera igihugu; Yehoyakimu rero amara imyaka itatu ari umusuku wiwe+. Ariko aramuhinduka, aramugarariza. 2 Ngoma 36:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yiwe+.
24 Mu misi ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aduga gutera igihugu; Yehoyakimu rero amara imyaka itatu ari umusuku wiwe+. Ariko aramuhinduka, aramugarariza.
5 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yiwe+.