Yeremiya 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+.
6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+.