2 Abami 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu kwezi kugira gatanu, ku musi ugira indwi w’ukwo kwezi, ari wo mwaka ugira cumi n’icenda+ w’Umwami Nebukadinezari umwami wa Babiloni, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima, umusuku w’umwami wa Babiloni, ashika i Yeruzalemu+.
8 Mu kwezi kugira gatanu, ku musi ugira indwi w’ukwo kwezi, ari wo mwaka ugira cumi n’icenda+ w’Umwami Nebukadinezari umwami wa Babiloni, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima, umusuku w’umwami wa Babiloni, ashika i Yeruzalemu+.