1 Abami 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Akora imitwe y’inkingi ibiri yo gushira hejuru kuri izo nkingi, ikaba yari ishongeshejwe mu mujumpu+. Umutwe w’inkingi umwe wari ufise amahagarara y’amatambwe atanu, uwundi mutwe w’inkingi na wo ukagira amahagarara y’amatambwe atanu.
16 Akora imitwe y’inkingi ibiri yo gushira hejuru kuri izo nkingi, ikaba yari ishongeshejwe mu mujumpu+. Umutwe w’inkingi umwe wari ufise amahagarara y’amatambwe atanu, uwundi mutwe w’inkingi na wo ukagira amahagarara y’amatambwe atanu.