Itanguriro 40:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi umusi ugira gatatu wari umusi w’ivuka rya Farawo+, maze atereka inzimano abasuku biwe bose yongera aduza umutwe wa wa mukuru w’abahereza ibinyobwa n’umutwe wa wa mukuru w’abakora igikorwa co kwotsa, hagati mu basuku biwe+.
20 Kandi umusi ugira gatatu wari umusi w’ivuka rya Farawo+, maze atereka inzimano abasuku biwe bose yongera aduza umutwe wa wa mukuru w’abahereza ibinyobwa n’umutwe wa wa mukuru w’abakora igikorwa co kwotsa, hagati mu basuku biwe+.