2 Abami 25:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nayo ku bijanye n’ingaburo yiwe+, yama ahabwa ingaburo ivuye ku mwami, ivyo yabwirizwa guhabwa ku musi ku musi, imisi yose y’ubuzima bwiwe.
30 Nayo ku bijanye n’ingaburo yiwe+, yama ahabwa ingaburo ivuye ku mwami, ivyo yabwirizwa guhabwa ku musi ku musi, imisi yose y’ubuzima bwiwe.