6 Maze abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, urabona ibintu bikomeye biteye ishishi bariko barakora+, ivyo inzu ya Isirayeli iriko ikorera ng’aha kugira ngo mbe kure y’aheranda hanje+? Yamara kandi, urongera kubona ibintu bikomeye biteye ishishi.”