Gusubira mu vyagezwe 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Iyaba botsimbataje uyo mutima wabo bakantinya+ kandi bakagumya amabwirizwa yanje+ yose nantaryo, kugira ngo bibagendere neza n’abana babo gushika igihe kitagira urugero*+!
29 Iyaba botsimbataje uyo mutima wabo bakantinya+ kandi bakagumya amabwirizwa yanje+ yose nantaryo, kugira ngo bibagendere neza n’abana babo gushika igihe kitagira urugero*+!