Yeremiya 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi mwebwe mu bikorwa vyanyu, mwakoze nabi kurusha ba so+, kandi ehe umwe wese ariko akurikira akagagazo+ k’umutima wiwe mubi, mu kutangamburukira+.
12 Kandi mwebwe mu bikorwa vyanyu, mwakoze nabi kurusha ba so+, kandi ehe umwe wese ariko akurikira akagagazo+ k’umutima wiwe mubi, mu kutangamburukira+.