ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Vyongeye, baratinye ikiri hejuru, kandi hari ibica ivutu mu nzira. Igiti ca shakedi kirashurika+, igihori na co kikikwega, agapiripiri kagaturika, kuko umuntu ariko aja ku nzu yiwe y’igihe kirekire+, ababorozi na bo bakagendagenda mw’ibarabara+;

  • Amosi 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ibi rero ni vyo Yehova ya Mana nyen’ingabo, Yehova, avuze: ‘Mu bibanza vya bose vyose hazoba amaborogo+, kandi mu mabarabara yose abantu bazovuga ngo: “Aaa! Aaa!” Kandi bazobwirizwa guhamagarira umurimyi kugandara+, abazi gucura intimba babahamagarire kuboroga+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika