Yesaya 47:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Wārāmbiwe n’abajanama indiri bawe. Nibahaguruke rero bagukize, bamwe basenga amajuru, bamwe bitegereza inyenyeri+, bamwe batanga ubumenyi igihe c’imboneko z’ukwezi ku vyerekeye ibizokuzako.
13 Wārāmbiwe n’abajanama indiri bawe. Nibahaguruke rero bagukize, bamwe basenga amajuru, bamwe bitegereza inyenyeri+, bamwe batanga ubumenyi igihe c’imboneko z’ukwezi ku vyerekeye ibizokuzako.