Yesaya 44:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hari uwo igikorwa ciwe ari ukwicira amasederi; afata ubwoko kanaka bw’igiti, mbere uruti rusagaraye, akakireka kigakomera ku bwiwe mu biti vy’ikibira+. Yateye igiti c’umworeni, imvura itibagurika ikaguma ituma kiba kinini. Yesaya 45:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Nimutororokane muze+. Nimwegere muri kumwe, yemwe abacitse kw’icumu mu mahanga+! Abikorera igiti c’igishusho cabo c’ikibazano nta bumenyi bashitseko, eka n’abasenga imana idashobora gukiza ni ukwo+. Habakuki 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mbega igishusho c’ikibazano kimaze iki+, ngo uwagihinguye abe yarakibāje, canke igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe, n’umwigisha w’ibinyoma+, ngo uwagihinguye abe acizigira+, gushika aho akora imana ata co zimaze, z’ibiragi+?
14 Hari uwo igikorwa ciwe ari ukwicira amasederi; afata ubwoko kanaka bw’igiti, mbere uruti rusagaraye, akakireka kigakomera ku bwiwe mu biti vy’ikibira+. Yateye igiti c’umworeni, imvura itibagurika ikaguma ituma kiba kinini.
20 “Nimutororokane muze+. Nimwegere muri kumwe, yemwe abacitse kw’icumu mu mahanga+! Abikorera igiti c’igishusho cabo c’ikibazano nta bumenyi bashitseko, eka n’abasenga imana idashobora gukiza ni ukwo+.
18 Mbega igishusho c’ikibazano kimaze iki+, ngo uwagihinguye abe yarakibāje, canke igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe, n’umwigisha w’ibinyoma+, ngo uwagihinguye abe acizigira+, gushika aho akora imana ata co zimaze, z’ibiragi+?