Yesaya 41:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko, umuhinguzi w’utugenegene akomeza uwukora ivy’ivyuma+; uwusenesha inyundo y’ugucura akomeza uwuhondera ku cuma co gucurirako, akavuga ku bijanye n’ingene giteranije ati: “Ni neza.” Amaherezo bagifatisha imisumari ngo ntikinyiganyige+. Yesaya 46:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bayitwara ku rutugu+, bakayikorera bakayitereka mu kibanza cayo ngo ihagarare idakakaza+. Ntiva aho ihagaze. Umuntu mbere arasemerera ayibwira, mugabo ntiyishura; ntikiza umuntu amarushwa yiwe+.
7 Nuko, umuhinguzi w’utugenegene akomeza uwukora ivy’ivyuma+; uwusenesha inyundo y’ugucura akomeza uwuhondera ku cuma co gucurirako, akavuga ku bijanye n’ingene giteranije ati: “Ni neza.” Amaherezo bagifatisha imisumari ngo ntikinyiganyige+.
7 Bayitwara ku rutugu+, bakayikorera bakayitereka mu kibanza cayo ngo ihagarare idakakaza+. Ntiva aho ihagaze. Umuntu mbere arasemerera ayibwira, mugabo ntiyishura; ntikiza umuntu amarushwa yiwe+.