Zaburi 94:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimutahure, mwa mburabwenge bo mu bantu+;Nayo mwebwe ibijuju, muzogira ugutahura kwimbitse ryari+? Yeremiya 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?” Yeremiya 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abungere+ benshi bahoneje umurima wanje w’imizabibu+; bahonyanze umuturi wanje+. Umuturi wanje uhimbaye+ bawuhinduye agahinga k’igiharabuga.
31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?”
10 Abungere+ benshi bahoneje umurima wanje w’imizabibu+; bahonyanze umuturi wanje+. Umuturi wanje uhimbaye+ bawuhinduye agahinga k’igiharabuga.