ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umviriza inkuru! Ehe iraje, be n’ugusya gukomeye kuvuye mu gihugu co mu buraruko+, kugira ngo bitume ibisagara vya Yuda bicika igiharabuga, aho imbwebwe zitaha+.

  • Yeremiya 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yuda iragandaye+, kandi amarembo yayo arayamye+. Ayo marembo yajonjogoye gushika hasi+, kandi ukuboroga kwa Yeruzalemu kuraduze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika