Yosuwa 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+. Zefaniya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 be n’abunamira ingabo zo mu majuru bibereye ku bisenge+, n’abunama+ bakarahira indahiro Yehova+ bakongera bakarahira indahiro bazirahira Malikamu+,
7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+.
5 be n’abunamira ingabo zo mu majuru bibereye ku bisenge+, n’abunama+ bakarahira indahiro Yehova+ bakongera bakarahira indahiro bazirahira Malikamu+,