Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Yakobo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mwicishe bugufi mu maso ya Yehova+, na we azobashira hejuru+.
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.