1 Abami 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo haheze imisi, uwo mwonga urakama+, kuko ata mvura y’isegenya yagwa kw’isi.