ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 106:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Hanyuma arabakiza ku bw’izina ryiwe+,

      Kugira atume ubushobozi bwiwe bumenyekana+.

  • Zaburi 106:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bibagira Imana yo Mukiza wabo+,

      Iyakoze ibintu bikomeye mu Misiri+,

  • Yesaya 45:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vy’ukuri uri Imana iguma yihishije+, Imana ya Isirayeli, Umukiza+.

  • Tito 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 yamara mu bihe vyayo bwite ikaba yarahishuye ijambo ryayo muri ca gikorwa nazezwa+ c’ukwamamaza, kw’itegeko ry’Umukiza wacu+, Imana;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika