Ezekiyeli 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ehe rero ndaje; nakuramvuriyeko ukuboko kwanje+, kandi nzogutanga ku mahanga ube ikintu co gusahura; nzokurandura mu bindi bisata vy’abantu, ndaguhonye mu bindi bihugu+. Nzokuzimanganya+, kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’ Zefaniya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nzoramvura ukuboko kwanje nkubite Yuda be n’ababa i Yeruzalemu bose+, kandi aha hantu nzoharandura abasigaye ba Bayali+, izina ry’abaherezi b’imana z’inyamahanga be n’abaherezi+,
7 ehe rero ndaje; nakuramvuriyeko ukuboko kwanje+, kandi nzogutanga ku mahanga ube ikintu co gusahura; nzokurandura mu bindi bisata vy’abantu, ndaguhonye mu bindi bihugu+. Nzokuzimanganya+, kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’
4 “Nzoramvura ukuboko kwanje nkubite Yuda be n’ababa i Yeruzalemu bose+, kandi aha hantu nzoharandura abasigaye ba Bayali+, izina ry’abaherezi b’imana z’inyamahanga be n’abaherezi+,