Gusubira mu vyagezwe 28:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yehova azogushorera+, wewe n’umwami+ uzoba wimitse ngo akuganze, uje mw’ihanga utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe; kandi hiyo uzokorera izindi mana, z’ibiti n’amabuye+. 2 Ngoma 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+.
36 Yehova azogushorera+, wewe n’umwami+ uzoba wimitse ngo akuganze, uje mw’ihanga utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe; kandi hiyo uzokorera izindi mana, z’ibiti n’amabuye+.
20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+.