ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo Yehova abwira Samweli ati: “Nturabe uko asa n’uburebure bw’igihagararo ciwe+, kubera ko namwanse. Kuko Imana itabona nk’uko umuntu abona+, kubera ko umuntu buntu abona ibiboneka ku maso+, mugabo Yehova we, abona ico umutima+ uri.”

  • 1 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nawe Salomo mwananje, umenye+ Imana ya so kandi uyikorere+ n’umutima ukwiye+ be n’umutima uhimbawe+; kuko Yehova asesa imitima yose+ kandi akamenya impengamiro yose y’ivyiyumviro+. Niwamurondera, azoreka umuronke+; mugabo niwamuheba+, azogushibura ibihe bidahera+.

  • Zaburi 139:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mana, nunserangure umenye umutima wanje+.

      Nunsuzume umenye ivyiyumviro vyanje bidurumbanya+,

  • Imigani 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Inkono y’ugutyorora igenewe ifeza, itanure na yo igenewe inzahabu+; mugabo Yehova ni we musuzumyi w’imitima+.

  • Imigani 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Inzira yose y’umuntu iragororotse mu maso yiwe+, mugabo Yehova aragera imitima+.

  • Abaroma 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yamara umwe asesangura imitima+ arazi ico impwemu+ ishaka kuvuga, kuko itakamba ihuza n’Imana ku bw’aberanda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika