2 Ngoma 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi inzu ngira nubake izoba iyihambaye+, kuko Imana yacu ihambaye kuruta izindi mana zose+. Yesaya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.
6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.