Zaburi 73:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko ehe, barya nyene baguma kure yawe bazoyogera+.Ntuzobura kunumya uwo wese aguheba mu buryo bw’ubuhumbu+. Yesaya 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ugusenyuka kw’abagarariji n’ukw’abacumuzi bizobera icarimwe+, kandi abaheba Yehova bazoyogera+.
27 Kuko ehe, barya nyene baguma kure yawe bazoyogera+.Ntuzobura kunumya uwo wese aguheba mu buryo bw’ubuhumbu+.