Gusubira mu vyagezwe 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ni We ubwirizwa gushemeza+, kandi ni we Mana yawe yagukoreye vya bintu bikomeye kandi biteye ubwoba amaso yawe yiboneye+. Zaburi 109:1 Bibiliya y’isi nshasha 109 Ewe Mana y’ishemezo ryanje+, ntugume ucereje+.
21 Ni We ubwirizwa gushemeza+, kandi ni we Mana yawe yagukoreye vya bintu bikomeye kandi biteye ubwoba amaso yawe yiboneye+.