2 Abami 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze umwami wa Babiloni arabagarika+, abicira i Ribula mu gihugu ca Hamati+. Gutyo Yuda ija mu bunyagano ivuye ku butaka bwayo+. Gucura intimba 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abaganwa ubwabo bamanikiwe ku kuboko kwabo+. Mu maso h’abatama ntihatewe iteka+.
21 Maze umwami wa Babiloni arabagarika+, abicira i Ribula mu gihugu ca Hamati+. Gutyo Yuda ija mu bunyagano ivuye ku butaka bwayo+.