ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:64
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 64 “Kandi Yehova azogusanzaza mu bisata vyose vy’abantu kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+, kandi hiyo uzobwirizwa gukorera izindi mana utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, z’ibiti n’amabuye+.

  • Yeremiya 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 egome, nzobatanga babe akajugumiza, bashikirwe n’ivyago, mu bwami bwose bwo mw’isi+, babe iceyi n’iciro ry’umugani, babe akamenyo+ n’umuvumo+, ahantu hose nzobashwiragiriza+.

  • Gucura intimba 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Amarembo yiwe+ yanyikiye mu kuzimu. Yaranduye yongera aravunagura ibihindizo vyiwe.

      Umwami wiwe n’abaganwa biwe bari mu mahanga+. Nta tegeko rihari+.

      Abahanuzi biwe na bo nyene nta yerekwa baronse rivuye kuri Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika