Yobu 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bantabururiye umunwa+,Amatama yanje bayakubise iceyi,Bankoraniye ari isinzi+. Zaburi 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buguruye akanwa kabo ngo bandotse+,Nk’intambwe itabagura kandi iroha+. Zaburi 35:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Batāburura akanwa kabo ngo bandotse+.Bavuze ngo: “Ahaa! Ahaa! Ijisho ryacu ryabibonye+.” Zaburi 109:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko akanwa k’umubisha n’akanwa k’ubuhendanyi twasamye ngo tundotse+.Bamvuze bakoresheje ururimi rw’ikinyoma+;
2 Kuko akanwa k’umubisha n’akanwa k’ubuhendanyi twasamye ngo tundotse+.Bamvuze bakoresheje ururimi rw’ikinyoma+;