Mika 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ubu rero amahanga menshi azokoranywa ata kabuza kugira akurwanye, amwe avuga ngo: ‘Nahumanywe, kandi amaso yacu yitegereze Siyoni+.’
11 “Ubu rero amahanga menshi azokoranywa ata kabuza kugira akurwanye, amwe avuga ngo: ‘Nahumanywe, kandi amaso yacu yitegereze Siyoni+.’