Yobu 34:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako. Yesaya 63:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera iki ga Yehova, uguma utwangariza kure y’inzira zawe? Kubera iki ukomantaza umutima wacu ngo ntugutinye+? Nugaruke ku bw’abasavyi bawe, ku bw’imiryango y’intoranwa yawe+.
11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.
17 Kubera iki ga Yehova, uguma utwangariza kure y’inzira zawe? Kubera iki ukomantaza umutima wacu ngo ntugutinye+? Nugaruke ku bw’abasavyi bawe, ku bw’imiryango y’intoranwa yawe+.